Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

URURIRIMBO RWA 41

Ndakwinginze wumve isengesho

Ndakwinginze wumve isengesho

(Zaburi 54)

  1. 1. Ewe Dawe, we ndirimbira

    Ndagusavye ko wonyumvira.

    Ur’Imana ihumuriza.

    (ICITABIRIZO)

    Yehova mwiza, nyumviriza.

  2. 2. Urakoze kump’ubuzima.

    Mana nkunda, nta ciz’unyima.

    Ndakwituye nitabariza.

    (ICITABIRIZO)

    Yehova mwiza, nyumviriza.

  3. 3. Numva nshaka kugukorera,

    Kand’umuco ni wo ndondera.

    Nump’inguvu nishimikiza.

    (ICITABIRIZO)

    Yehova mwiza, nyumviriza.