Ibinyamakuru Umunara w’Inderetsi na Be maso!

Ibinyamakuru vyacu bishingiye kuri Bibiliya biraboneka mu ndimi zirenga amajana ku bw’abipfuza kubivoma, harimwo n’indimi z’ibimenyetso. Ikinyamakuru Umunara w’Inderetsi kiratwereka insobanuro y’ibintu biriko biraba kw’isi cisunze ubuhanuzi bwo muri Bibiliya. Kirahumuriza abantu biciye ku nkuru nziza y’Ubwami bw’Imana kikongera kikabaremesha kwizera Yezu Kristu. Ikinyamakuru Be maso! kiratwereka ukuntu twohangana n’ingorane z’iki gihe kikongera kikadufasha kwizigira umuhango Umuremyi wacu yaduhaye w’uko hazobaho isi nshasha irangwamwo amahoro n’umutekano.

Nuhitemwo ururimi, uce ufyonda ahanditse Rondera kugira ubone ibinyamakuru biboneka muri urwo rurimi n’imero yavyo.

 

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Nzero 2026

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 2 Ntwarante–​5 Ndamukiza 2026.

BE MASO!

Ingene wogabanya umwitwarariko

Abantu benshi baguma barengerwa n’umwitwarariko. Naho ari ukwo, hari vyinshi wokora kugira ntukurengere.

UKO VYIPANGA

BE MASO!

BE MASO!

BE MASO!

BE MASO!

BE MASO!

UMUNARA W’INDERETSI

UMUNARA W’INDERETSI

UMUNARA W’INDERETSI

UMUNARA W’INDERETSI

UMUNARA W’INDERETSI

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)