Umuziki ukoreshwa mu vy’ugusenga Imana

Vuza canke uvome indirimbo zikoreshwa mu gushemeza Yehova Imana no mu kumusenga. Haraboneka izo abantu baririmba be n’iz’ibicurarangisho gusa.

INDIRIMBO ZISANZWE

Uratanga cane

Kuba Yehova atanga cane vyafashije gute umudada akiri muto kugira na we abe umuntu atanga?

INDIRIMBO ZISANZWE

Uratanga cane

Kuba Yehova atanga cane vyafashije gute umudada akiri muto kugira na we abe umuntu atanga?