Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ngutuye Ubuzima

Ngutuye Ubuzima

Voma:

  1. 1. Mw’ijoro ritekanye,

    Inyenyeri zicanye,

    Ndazirikan’ivy’udukorera

    Bikanyez’umutima.

  2. 2. Je ndakwiyeguriye

    Kugira unyobore.

    Ibihe vyose nzogukorera

    Name nkuyobokera.

    (ICITABIRIZO)

    Ump’icizigiro

    Kinkomeza

    Ngaca nihangana.

    Waratanze Kristu

    Arampfira.

    Ngutuy’ubuzima;

    Ngutuy’ubuzima.

  3. 3. Akazuba karashe,

    Nkumva ndasusurutse,

    Nca mbon’ivyiza wam’uduhunda.

    Sinz’ingene noshima.

    (ICITABIRIZO)

    Ump’icizigiro

    Kinkomeza

    Ngaca nihangana.

    Waratanze Kristu

    Arampfira.

    Ngutuy’ubuzima;

    Ngutuy’ubuzima.

    (ICITABIRIZO)

    Ump’icizigiro

    Kinkomeza

    Ngaca nihangana.

    Waratanze Kristu

    Arampfira.

    Ngutuy’ubuzima;

    Ngutuy’ubuzima.