Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Guma mw’isiganwa

Guma mw’isiganwa

Voma:

  1. 1. Nturabe

    ibir’inyuma.

    Hang’amas’imbere

    ah’uzoshika.

    Ubu ni co gihe

    c’ukwikomeza.

    Isi ntikuremere

    Wiremurure.

    (ICITABIRIZO)

    Rero

    guma mw’isiganwa

    ku bw’ubuzima.

    Nusiganwe; nusiganwe.

    Hang’amas’impera.

    Nusiganwe; Siganwa.

    Ugume wumiyeko

    ugume wiruka.

    Nusiganwe.

    Nusiganwe.

  2. 2. Agashimwe

    n’ak’ibihe vyose.

    Imihezagiro

    iri kw’irembo.

    (ICITABIRIZO)

    Rero guma mw’isiganwa

    ku bw’ubuzima.

    Nusiganwe; nusiganwe.

    Hang’amas’impera.

    Nusiganwe; Siganwa.

    Ugume wumiyeko,

    ugume wiruka.

    Nusiganwe.

    Nusiganwe

    ku bw’ubuzima.

    (IKIRARO)

    Iyi s’ishaka kugusamaza

    ngw’igutesh’intumbero.

    Ntut’inzira rero.

    Gum’usiganwa; siganwa.

    Siganwa; siganwa.

    (ICITABIRIZO)

    Ncuti

    guma mw’isiganwa

    ku bw’ubuzima.

    Nusiganwe; nusiganwe.

    Hang’amas’impera.

    Nusiganwe; Siganwa.

    Ugume wumiyeko,

    ugume wiruka.

    Nusiganwe.

    Nusiganwe

    ku bw’ubuzima.

    Ku bw’ubuzima.

    Ntuve mw’isiganwa.

    Guma mw’isiganwa.

    Siganwa.

    Nusiganwe.

    Siganwa

    ku bw’ubuzima.