22-28 Rusama
2 NGOMA 25-27
Ururirimbo rwa 80 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yehova arafise uburyo bwo kuguha ibiruta ivyo”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Ng 26:4, 5—Akarorero ka Uziya katwigisha iki ku bijanye n’akamaro ko kugira uwudufasha mu vy’impwemu? (w07 15/12 10 ing. 1-2)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Ng 25:1-13 (th icigwa ca 12)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Koresha iciyumviro kijanye na mugihura. Numusigurire ko twigisha abantu Bibiliya, uce umusigira agakarata kamenyekanisha ibijanye no kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 2)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Koresha iciyumviro kijanye na usubiyeyo. Mubwire ibijanye n’urubuga rwacu, uce umusigira agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 15)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 10, intangamarara n’iciyumviro ca 1-3 (th icigwa ca 3)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ubuzima budahera buraruta ivyo twoheba vyose (Mr 10:29, 30): (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Umuhango wa Yezu uri muri Mariko 10:29, 30 ukwiye gutuma dukora iki? Yezu yavyifashemwo gute igihe mu ntango bene nyina batamwemera? Ni ibiki dukwiye kugumiza ku muzirikanyi ku bijanye n’abo mu muryango wacu badasenga Yehova?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa 46
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 51 n’isengesho