AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Rusama 2020
Ingene twotanguza ibiyago
Ibiyago bivuga ibijanye n’urupfu be n’izuka.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yozefu yazize ishari
Ivyashikiye Yozefu vyerekana gute ingaruka zibabaje z’ishari ritabereye?
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Woba witeguye?
Icago kirashobora kwaduka aho ari ho hose no ku mwanya uwo ari wo wose. None twocitegurira gute?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yehova ntiyigeze aheba Yozefu
Yehova ntiyigeze aheba Yozefu igihe yari mu ngorane. Ni ivyigwa ibihe tuhakura?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yehova arokora Yozefu
Ni gute Yozefu yakoze uko ashoboye kwose mu biringo yaciyemwo, kandi Yehova yahavuye amurokora gute?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yozefu agaragaza ukwigumya kudasanzwe
Yozefu yabonanye na benewabo atari avyiteze, akaba ari ho bari bakibonana kuva bamugurishije. Ni ivyigwa ibihe dukura ku kuntu yavyifashemwo?
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Niwihe ishusho y’ibigize inkuru vyose
Ni ivyigwa ibihe twigira kuri Yozefu n’umuryango wiwe igihe twihaye ishusho y’ibigize iyo nkuru vyose?