6-12 Rusama
2 ABAKORINTO 4-6
Ururirimbo rwa 128 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ntiduheba”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
2Kr 4:7—“Iryo tunga [ryo] mu vyombo vy’ivu” ni irihe? (w12 1/2 28-29)
2Kr 6:13—Twogamburuka gute impanuro idusaba ‘kwaguka’? (w09 15/11 21 ing. 7)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 2Kr 4:1-15 (th icigwa ca 12)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Gusoma ata makosa, muce muganira ku cigwa ca 5 c’agatabu Kwigisha.
Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w04 1/7 30-31—Umutwe: Umukirisu yabatijwe yoba akwiye kureshanya n’umwamamaji atarabatizwa? (th icigwa ca 7)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ndakorera Yehova uko nshoboye kwose: (Imin. 8) Erekana iyo videwo. Nuce ubaza abumviriza ibi bibazo: Ni gute umuvukanyi Foster yakoreye Yehova uko ashoboye kwose igihe yari akiritera akarisama? Ivyiwe vyahindutse gute? Naho ivyiwe vyahindutse, ariko akorera gute Yehova uko ashoboye kwose? Ni ivyigwa ibihe wigiye ku nkuru yiwe?
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 7)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 65
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 65 n’isengesho