Ivyigwa ngirakamaro dusanga mu gitabu ca Nehemiya
Nehemiya yaraburaniye ugusenga kw’ukuri abigiranye umwete
-
Umuherezi mukuru Eliyashibu yaremeye kwoshwa na Tobiya, umuntu atasenga Yehova kandi yarwanya abasavyi biwe
-
Eliyashibu yahaye Tobiya ikibanza mu cumba c’uburiro c’urusengero
-
Nehemiya yaratereye hanze ibikoresho vyose vyo mu nzu ya Tobiya, arahumanura ico cumba atuma gisubira gukora ico cari kigenewe
-
Nehemiya yabandanije gukura ubuhumane bwose muri Yeruzalemu