Abamamaji b’i Malte bariko bashikiriza udupapuro tw’inkuru nziza

AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Ruheshi 2016

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago dukoresheje Be maso! n’udupapuro tw’inkuru nziza. Ufatiye kuri ubwo burorero niwitegurire uburyo bwawe.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Niwizigire Yehova, ukore iciza

Nukurikize impanuro nziza zo muri Zaburi 37.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro—Koresha amavidewo mu kwigisha

Kubera iki twokoresha ayo mavidewo mu ndimiro? Yodufasha gute kuba kirumara mu kwigisha?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yehova arashigikira abarwaye

Ivyo Dawidi yavuze muri Zaburi 41 ahumekewe n’Imana birashobora kuremesha abasavyi bayo b’intahemuka igihe barwaye canke bashikiwe n’ivyago.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yehova ntiyirengagiza umutima umenaguritse

Muri Zaburi 51, Dawidi aradondora ukuntu icaha gikomeye yakoze camutuntuje. Ni igiki camufashije gusubira gushimwa n’Imana?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ubwami buramaze imyaka 100 buganza

Nimukoreshe ibibazo vyatanzwe kugira muganire ku vyo Ubwami bw’Imana bwaranguye kuva mu 1914.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

“Terera umuzigo wawe kuri Yehova”

Impanuro iva ku Mana Dawidi atanga muri Zaburi 55:22 iradufasha kuvyifatamwo neza igihe cose dufise ingorane canke amaganya.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

“Imana ni yo mufasha wanje”

Dawidi yarashemeje Yehova kubera ijambo ryiwe. Ni imirongo iyihe yo muri Bibiliya yagufashije igihe wari mu ngorane?