7-13 Nzero
IVYAKOZWE 21-22
Ururirimbo rwa 55 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Igomba rya Yehova niribe”: (Imin. 10)
Ivk 21:8-12—Abavukanyi baringinze Paulo ngo ntaje i Yeruzalemu kuko yari gushikirwa n’ivyago (bt 177-178 ing. 15-16)
Ivk 21:13—Paulo yagumye yiyemeje gukora ivyo Yehova agomba (bt 178 ing. 17)
Ivk 21:14—Bamaze kubona ko Paulo yanse baciye bamureka (bt 178 ing. 18)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Ivk 21:23, 24—Kubera iki abakurambere b’i Yeruzalemu basavye Paulo gukora ibivugwa muri iyi mirongo kandi abakirisu batari bakigengwa n’Itegeko rya Musa? (bt 184-185 ing. 10-12)
Ivk 22:16—Ibicumuro vya Paulo vyari kwozwa gute? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ivk 21:1-19 (th icigwa ca 5) *
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Intangamarara nziza, muce muganira ku cigwa ca 1 c’agatabu Kwigisha.
Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w10 1/2 13 ing. 2–14 ing. 2—Umutwe: Abakirisu boba basabwa kwubahiriza Isabato ya buri ndwi? (th icigwa ca 1) *
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Barigishijwe na Yehova kurera abana babo”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 49
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 70 n’isengesho
^ ing. 15 ^ ing. 18 Menya neza: Guhera kuri aka gatabu k’ikoraniro, buri kiganiro c’umunyeshure kizoba gifise mu tuzitizo inota azokorerako ryo mu gatabu Niwijukire gusoma no kwigisha (th).