Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

7-13 Nyakanga

KUVAYO 23-24

7-13 Nyakanga

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ntukurikire isinzi”: (Imin. 10)

    • Kv 23:1​—Niwirinde gukwiragiza ibinyoma (w18.08 4 ing. 7-8)

    • Kv 23:2​—Ntuje ku mabwire y’isinzi ngo ukore ikibi (it-1 11 ing. 3)

    • Kv 23:3​—Niwirinde kugira nkunzi (it-1 410 ing. 2)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Kv 23:9​—Ni gute Yehova yasavye Abisirayeli kugaragaza impuhwe? (w16.10 9 ing. 4)

    • Kv 23:20, 21​—Kubera iki twokwemera tudakeka ko umumarayika avugwa ng’aho ari Mikaheli? (it-2 280)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Kv 23:1-19 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Naho umunyamuhana yari yatanze inyishu atari yo, ni gute uwo mwamamaji yubakiye ku ciyumviro bose bahurizako? Ni gute uwo mwamamaji yari no gutanguza ikiyago akoresheje integuro ya bose y’Umunara w’inderetsi No. 3 2020?

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? (th icigwa ca 1)

  • Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w16.05 30-31​—Umutwe: Ni ibiki vyofasha umukirisu kumenya nimba bibereye ko yoha umukozi wa leta agashimwe canke agashirukabute? (th icigwa ca 14)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU