2-8 Nyakanga
ABAHEBURAYO 7-8
Ururirimbo rwa 16 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Umuherezi ibihe vyose mu buryo bwa Melekisedeki”: (Imin. 10)
Heb 7:1, 2—Umwami akaba n’umuherezi Melekisedeki yarasanganiye Aburahamu yongera aramuhezagira (it-2 249)
Heb 7:3—Melekisedeki nta “mamuko” yagira kandi “aguma ari umuherezi ibihe vyose” (it-2 250 ing. 3)
Heb 7:17—Yezu ni “umuherezi ibihe vyose mu buryo bwa Melekisedeki” (it-2 249)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Heb 8:3—Amashikanwa n’ibimazi vyasabwa mu gihe c’Itegeko rya Musa, vyari bitandukaniye he? (w00 15/8 14 ing. 11)
Heb 8:13—Ni mu buryo ki isezerano ry’Itegeko ryacitse “iryataye igihe” mu gihe ca Yeremiya? (it-1 79 ing. 7)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Heb 7:1-17 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Gukoresha neza amashusho, muce muganira ku cigwa ca 9 c’agatabu Kwigisha.
Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) it-1 80-81 ing. 5-7—Umutwe: Isezerano rishasha ni iki? (th icigwa ca 7)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 15) Erekana ividewo yo muri Nyakanga ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe. Remesha bose gutemberera icicaro gikuru c’Ivyabona vya Yehova canke ibiro vy’ishami begukira nimba bishoboka.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 82
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 83 n’isengesho