26 Ndamukiza–2 Rusama
GUHARŪRA 25-26
Ururirimbo rwa 135 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Hari ico umuntu umwe yofasha benshi?”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gh 26:55, 56—Yehova yagaragaje gute ubukerebutsi igihe yagaburira ya miryango amatongo y’intoranwa? (it-1 933 ing. 5-6)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gh 25:1-18 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 1)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nimumere nk’aho muhejeje kuraba ividewo kanaka, muce muyiganirako. (th icigwa ca 3)
Insiguro: (Imin. 5) w04 1/4 29—Umutwe: Kubera iki mu Guharūra 25:9 havuga igitigiri gitandukanye n’ikivugwa mu 1 Abakorinto 10:8? (th icigwa ca 17)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nuhitemwo neza abagenzi”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Uturorero two kutuburira muri iki gihe—Agace. Nuremeshe abumviriza kuraba iyo videwo yose mu ndimi ibonekamwo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 7 ing. 20-28, mwihweze n’Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya rup. 100-103
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 60 n’isengesho