Yakobo na Labani bagiranira isezerano ry’amahoro
Kubera iki Yakobo na Labani bubatse ikirundo c’amabuye?
-
Cari nk’ikimenyetso ku bahita bose cerekana ko bari bagiraniye isezerano ry’amahoro
-
Carabibutsa ko Yehova aguma araba ko bubahiriza isezerano ryabo ry’amahoro
Muri iki gihe, Yehova yiteze ko abasavyi biwe binovora ubucuti burangwa amahoro. Ibi bintu bitatu bidufasha gute kuzigama amahoro canke kuyagarukana?
-
Kubiyaga.—Mt 5:23, 24
-
Kubabarira ata gahigihigi.—Kl 3:13
-
Kwihangana.—Rm 12:21