8-14 Ndamukiza
1 ABAKORINTO 10-13
Ururirimbo rwa 30 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yehova ni Umwizigirwa”: (Imin. 10)
1Kr 10:13—Yehova ntahitamwo ibigeragezo bidushikira (w17.02 29-30)
1Kr 10:13—Ibigeragezo bidushikira ni ‘ibisanzwe bishikira abantu’
1Kr 10:13—Yehova azodufasha kwihanganira ikigeragezo ico ari co cose nitwamwizigira
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
1Kr 10:8—Ni kubera iki uwu murongo uvuga ko hapfuye Abisirayeli 23.000 ku musi umwe bivuye ku busambanyi, mu gihe Guharūra 25:9 havuga ko abapfuye ari 24.000? (w04 1/4 29)
1Kr 11:5, 6, 10—Umwamamaji w’igitsina-gore yoba abwirizwa kwitwikira igihe ayobora inyigisho ya Bibiliya hari umwamamaji w’igitsina-gabo? (w15 15/2 30)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 1Kr 10:1-17 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 1)
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago. (th icigwa ca 3)
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Numwereke kimwe mu bitabu dukoresha mu kwigisha Bibiliya. (th icigwa ca 6)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
‘Ibihimba birakenewe’ (1Kr 12:22): (Imin. 10) Erekana iyo videwo.
“Uzokwitegurira gute Icibutso?”: (Imin. 5) Insiguro. Nuremeshe bose gukoresha ikiringo c’Icibutso nk’akaryo ko kuzirikana no kurushiriza gukenguruka urukundo Yehova na Yezu batugaragarije.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 62
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 31 n’isengesho