“Nimukengurukire Yehova”
Kubera iki Abisirayeli batatevye kwibagira ingene Yehova yabakijije?
Wokora iki ngo ugire umutima ukenguruka kandi uwuzigame?
-
Guma wibuka imvo nyinshi ufise zo gukenguruka
-
Zirikana icizigiro ufise ku bijanye na kazoza
-
Nushimire Yehova mw’isengesho udomako imihezagiro yaguhaye