Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

«Iyo umuntu apfuye, mbega yosubira kubaho?»

«Iyo umuntu apfuye, mbega yosubira kubaho?»

Abantu ntibashobora gutangira urupfu canke kuzura uwapfuye (Yb 14:1, 2, 4, 10; w99 15/10 3 ing. 1-3)

Abapfuye barashobora kwongera kubaho (Yb 14:7-9; w15 15/4 32 ing. 1-2)

Yehova arafise ububasha bwo kuzura abasavyi biwe kandi arashashaye kubikora (Yb 14:14, 15; w11 1/3 22 ing. 5)

IVYO KUZIRIKANAKO: Kubera iki Yehova ashashaye kuzura abasavyi biwe b’intahemuka? Ivyo bituma ubona gute Yehova?