AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Munyonyo 2018
Ingene twotanguza ibiyago
Ibiyago bivuga ibijanye n’icizigiro dufise ku bacu bapfuye.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Urankunda kurusha izi?”
Petero yari akeneye guhitamwo ico yoshira imbere hagati y’umwuga wiwe wo kuroba be n’ivyungura Ubwami.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Impwemu nyeranda isukwa kw’ishengero rya gikirisu
Naho abakirisu 3.000 bari baherutse kubatizwa batari bahuje imico kama, barasenze Imana bahuje inama.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nimusenyere ku mugozi umwe igihe mwamamaza mu cibare kivugwamwo indimi nyinshi
Abamamaji bosenyera gute ku mugozi umwe kugira ngo babwire inkuru nziza ababa muri ico cibare bose, batiriwe baratera uruhagarara mu cibare?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Bagumye bavuga Ijambo ry’Imana n’ubutinyutsi
Ni igiki cashoboje intumwa kuvugana ubutinyutsi n’ukujijuka?
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ivyiza biriko birava ku gukoresha ka kantu k’amapine kw’isi yose
Ni ivyiza ibihe biriko biva mu kwamamaza mu bibanza bihuriramwo abantu benshi dukoresheje ka kantu k’amapine?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Ishengero ryari riherutse kuvuka rigeragezwa
Abakirisu bari bagize ishengero ryari riherutse kuvuka, babifashijwemwo na Yehova barihanganiye ibigeragezo kandi babandanya kwongerekana, naho bahamwa kandi bakarenganywa.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
‘Ingabire igenewe Yehova’
Turashobora guterera mu buryo butandukanye kugira dushigikire igikorwa kirangurirwa kw’isi yose.