4-10 Myandagaro
IMIGANI 25
Ururirimbo rwa 154 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)
Yezu ari mw’isinagogi i Nazareti, aratangaje abantu kubera amajambo yiwe y’igikundiro
1. Impanuro nziza z’ukuntu twovuga
(Imin. 10)
Nuhitemwo igihe kibereye co kuvuga (Img 25:11; w15 15/12 19 ing. 6-7)
Nuvuge amajambo y’igikundiro (Img 25:15; w15 15/12 21 ing. 15-16; raba ishusho)
Nuvuge ibiremesha abandi (Img 25:25; w95 1/4 17 ing. 8)
2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya
(Imin. 10)
Img 25:28—Uwo mugani usobanura iki? (it-1 670)
Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
3. Igisomwa ca Bibiliya
(Imin. 4) Img 25:1-17 (th icigwa ca 10)
4. Gutanguza ikiyago
(Imin. 3) AKARYO KIZANYE. Nuyagishe umuntu asa n’uwutaryohewe. (lmd icigwa ca 3 iciyumviro ca 3)
5. Gukurikirana abashimishijwe
(Imin. 4) INZU KU NZU. Uwo muntu akubwiye ko yemera cane ivyo mw’idini arimwo. (lmd icigwa ca 8 iciyumviro ca 4)
6. Insiguro
(Imin. 5) ijwyp ikiganiro 23—Umutwe: Nokora iki mu gihe abandi bamvugavuga? (th icigwa ca 13)
Ururirimbo rwa 123
7. Ibikenewe iwanyu
(Imin. 15)
8. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero
(Imin. 30) lfb icigwa ca 6, intangamarara y’igihimba ca 3, n’icigwa ca 7