Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | KUVAYO 8-9

Umunyabwibone Farawo, ntiyamenye yuko ariko arafasha mw’iranguka ry’umugambi w’Imana

Umunyabwibone Farawo, ntiyamenye yuko ariko arafasha mw’iranguka ry’umugambi w’Imana

8:15, 18, 19; 9:15-17

Abafarawo bo mu Misiri bibona nk’imana. Ivyo biradufasha gutahura igituma Farawo yagize ubwibone bwinshi ku buryo yanse kwumviriza Musa na Aroni be n’abaherezi b’abanyamageza biwe.

Woba wumviriza ivyiyumviro vy’abandi? Woba ukenguruka igihe uhawe impanuro? Canke woba ubona ko igihe cose wama uri mu kuri? “Ubwishime buza imbere yo gusenyuka.” (Img 16:18) Ese ukuntu bihambaye kwirinda ubwibone!