14-20 Kigarama
ABALEWI 12-13
Ururirimbo rwa 140 n’isengesho
Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ico twigira ku mategeko yerekeye imibembe”: (Imin. 10)
Lw 13:4, 5—Abarwaye imibembe baca bashirwa ukwabo (wp18.1 7)
Lw 13:45, 46—Abanyamibembe bategerezwa kwirinda kwanduza abandi (wp16.4 9 ing. 1)
Lw 13:52, 57—Ibintu vyanduye vyategerezwa gukurwaho (it-2 128 ing. 2)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lw 13:9-28 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 4) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ni gute Tony yakoresheje neza ibibazo? Yafashije gute uwo bayaga gutahura neza icanditswe?
Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 19)
Usubiyeyo: (Imin. 5 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nutanguze ikiyago mu gatabu Inkuru nziza, hanyuma utanguze inyigisho ya Bibiliya mu cigwa ca 11. (th icigwa ca 9)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30 canke idashika) lvs ikig. 2 ing. 8-16; soma akajambo ko ku mpera ka 6
Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)
Ururirimbo rwa 102 n’isengesho