11-17 Kigarama
ZEKARIYA 1-8
Ururirimbo rwa 26 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“‘Fata impuzu y’Umuyuda’”: (Imin. 10)
[Erekana akavidewo kavuga Incamake y’igitabu ca Zekariya.]
Zk 8:20-22—Abantu bo mu ndimi zose z’amahanga bararondera gutoneshwa na Yehova (w14 15/11 27 ing. 14)
Zk 8:23—Abafise icizigiro co kuba kw’isi barakurikira amasigarira y’abarobanuwe kandi bakabashigikira babikunze (w16.01 23 ing. 4; w09 15/2 27 ing. 14)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Zk 5:6-11—Dukwiye kubona gute ububisha muri iki gihe? (w17.10 25 ing. 18)
Zk 6:1—Iyo misozi ibiri y’umujumpu igereranya iki? (w17.10 27 ing. 7-8)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zk 8:14-23
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) g17.6 rup. 3-7—Cira inzira isubirayo.
Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) g17.6—Ico kinyamakuru ni co waheruka kumuha. Gira isubirayo uce ucira inzira ikiyago kizokurikira.
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa ca 5 ing. 1-2.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro—Kubwira inkuru nziza umuntu wese aba mu cibare cacu”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe akavidewo kavuga ngo Kwamamaza “mu karere ka kure rwose k’isi.”
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 22 ing. 17-24, n’isubiramwo “Woba ubona ko Ubwami bw’Imana bubaho koko?”
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 139 n’isengesho