1-7 Gitugutu
YOHANI 9-10
Ururirimbo rwa 25 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yezu aritwararika intama ziwe”: (Imin. 10)
Yoh 10:1-3, 11, 14—Yezu wa “mwungere w’agahebuza,” arazi intama ziwe kandi aritwararika cane ivyo imwimwe yose ikenera (nwtsty ishusho; w11 15/5 7-8 ing. 5)
Yoh 10:4, 5—Intama zirazi ijwi rya Yezu, ntizizi ijwi ry’ab’ahandi (cf 124-125 ing. 17)
Yoh 10:16—Intama za Yezu zirunze ubumwe (nwtsty amakuru adufasha kwiga)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya (Imin. 8)
Yoh 9:38—Igihe wa musezi yahoze ari impumyi yikubita imbere ya Yezu, yari yerekanye iki? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)
Yoh 10:22—Uwo musi mukuru w’iyegura wari uwuhe? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yoh 9:1-17
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Akavidewo ka mugihura: (Imin. 4) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.
Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa ca 14 ing. 1-2
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 37
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 3 n’isengesho