23-29 Gitugutu
HOSEYA 8-14
Ururirimbo rwa 76 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nuhe Yehova ivyiza kuruta ibindi”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Hs 10:12—Twokora iki kugira ‘dushwabure ubuntu bwuzuye urukundo’ bwa Yehova? (w05 15/11 28 ing. 7)
Hs 11:1—Aya majambo yarangukiye gute kuri Yezu? (w11 15/8 10 ing. 10)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Hs 8:1-14
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) T-35
Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) T-35—Ako gapapuro ni ko waheruka gutanga. Bandanya ikiyago, utsinde amajambo yohava agihagarika avuzwe n’uwo muriko murayaga.
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 152 ing. 13-15—Erekana ingene twoshikira umutima w’umutohoji.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nubeho uninahaza Yehova”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana akavidewo kavuga ngo Koresha ingabirano ufise mu gukorera Yehova.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 20 ing. 7-16, n’uruzitiro “Ikindi gikoresho kigenewe abakora igikorwa co gutabara”
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 124 n’isengesho