Nugume ukora ivyiza.
IKIRINGO CO MU GITONDO
-
2:30 Umuziki
-
2:40 Ururirimbo No. 77 n’isengesho
-
2:50 Kubera iki ari urugamba gukora iciza?
-
3:05 Insiguro y’ibice bine: Niwirinde kubiba ku bw’umubiri
-
Nukoreshe internet ubigiranye ubukerebutsi
-
Nuhitemwo uburyo bwo kwinezereza bubereye
-
Nurwanye agatima k’ishari
-
Niwitegekanirize kazoza katagira inkomanzi
-
-
4:05 Ururirimbo No. 45 n’amatangazo
-
4:15 Nugume ukorera iciza bose
-
4:30 Kwiyegurira Imana no kubatizwa
-
5:00 Ururirimbo No. 63
IKIRINGO CO KU MUHINGAMO
-
6:10 Umuziki
-
6:20 Ururirimbo No. 127 n’isengesho
-
6:30 Insiguro ya bose: Niwirinde guhema Imana—Mu buhe buryo?
-
7:00 Inyigisho y’Umunara w’Inderetsi
-
7:30 Ururirimbo No. 59 n’amatangazo
-
7:40 Insiguro y’ibice bitatu: Nugume ubiba ku bw’impwemu
-
Nutsimbataze akamenyero keza ko kwiyigisha
-
Nugume wisunga ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya
-
“Ntureke ukuboko kwawe ngo kuruhuke”
-
-
8:40 Ico tuzokwimbura nitutadebukirwa
-
9:15 Ururirimbo No. 126 n’isengesho