Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Urukundo

Urukundo

Yehova yerekanye gute ko adukunda?

Yr 31:3; Yoh 3:16; Rm 5:8; 1Yh 4:​8, 19

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • It 1:​1, 26-31; 2:​8, 9, 15, 16—Yehova abitumwe n’urukundo yararemye isi, ategura n’iparadizo muri Edeni, aronsa abantu ibintu vyiza vyinshi

    • Zb 104:​27-30—Umwanditsi w’amazaburi yarashemeje Yehova kubera yitwararikana urukundo ibinyabuzima vyose

Twokwerekana gute urukundo?

Yoh 13:​34, 35; 15:​12, 13; 1Pt 4:8; 1Yh 4:​10, 11; 5:3

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Mt 22:​36-39—Yezu yaratweretse ko amabwirizwa ahambaye gusumba ayandi ari ugukunda Imana na mugenzi wacu

    • 1Kr 13:​1-8—Intumwa Pawulo arasigura yuko urukundo ruhambaye akongera akatubwira n’ingene tworwerekana