Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Aho niyandikira utuntu—Ukwiruhura

Aho niyandikira utuntu—Ukwiruhura

IGIHIMBA CA 8

Aho niyandikira utuntu—Ukwiruhura

Nuvuge uburyo bwo kwiruhura ukunda kuruta ubundi be n’igituma ubukunda cane.

․․․․․

Nka hamwe wosabwa gusigurira mutoyi wawe igituma bihambaye kudatwarwa umutima n’ivyo kwiruhura, womubwira iki?

․․․․․