UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Ruheshi 2024
Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 12 Myandagaro–8 Nyakanga 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 23
Yehova aradutumira ngo tube abashitsi biwe
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 12-18 Myandagaro 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 24
Nube umushitsi wa Yehova ibihe bidahera
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 19-25 Myandagaro 2024.
INKURU Y’UBUZIMA
Yehova yarumvirije amasengesho yanje
Ni igiki catumye kuva Marcel Gillet akiri muto ajijuka ko Yehova ‘yumva amasengesho’?
Ibibazo vy’abasomyi
Kubera iki hari abavuga ko ibivugwa muri Zaburi 12:7 vyerekeza ku «majambo ya Yehova» (umurongo wa 6) ariko Bibiliya y’isi nshasha yoyo ikaba ivyerekeza ku «bagorwa» (umurongo wa 5)?
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 25
Niwibuke ko Yehova ari «Imana nzima»
Kizokwigwa ku ndwi yo ku wa 26 Myandagaro–1 Nyakanga 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 26
Nugire Yehova igitandara cawe
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 2-8 Nyakanga 2024.