UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Myandagaro 2016
Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 26 Nyakanga gushika ku wa 23 Gitugutu 2016.
INKURU Y’UBUZIMA
Ingene gutanga vyatumye ngira agahimbare
Umusore umwe w’Umwongereza yaratanguye ubuzima bwatumye agira agahimbare, araba umumisiyonari i Porto Riko.
Ingene umubano watanguye be n’intumbero yawo
Vyoba bibereye ko tuvuga yuko umubano ari ingabire iva ku Mana?
Ingene abakirisu botuma umubano uroranirwa
Nurabe impanuro ngirakamaro.
Nurondere ikintu kirusha agaciro inzahabu
Raba uburyo butatu abatohoji ba Bibiliya b’abanyamwete boshobora kugereranywa n’abarondera inzahabu.
Woba ubona ko ukeneye gutera imbere mu vy’impwemu?
Raba ivyo wokora kugira ngo ubishikeko.
Woba ubona ko kumenyereza abandi bikenewe?
Ni imigambi nyamukuru iyihe ushobora kubafasha kwishingira?
Ibibazo vy’abasomyi
Ni kubera iki abansi ba Yezu barazwa ishinga n’ibijanye no gukaraba?
IVYO MU BUSHINGURO BWACU
“Ndiko ndaronka umwimbu ushemeza Yehova”
Naho Abatohoji ba Bibiliya batatahura neza ibijanye no kutagira aho bahengamiye mu gihe c’Intambara ya mbere y’isi yose, ukuntu bigenjeje vyaravuyemwo ivyiza.