B15
Ikirangamisi c’Abayuda
NISANI (ABIBU) Ntwarante—Ndamukiza |
14 Pasika 15-21 Imikate itarimwo umwambiro 16 Ishikanwa ry’ivyeze ubwa mbere |
Yorodani ruruzura kubera imvura, shelegi irayonga |
Sayiri |
IYARI (ZIVU) Ndamukiza—Rusama |
14 Pasika yo hanyuma |
Ici riratangura, ijuru riba rikeye rwose |
Ingano |
SIVANI Rusama—Ruheshi |
6 Umusi mukuru w’amayinga (Pentekoti) |
Ubushuhe bwo mu ci, ikirere gikeye |
Ingano, insukoni zeze kare |
TAMUZI Ruheshi—Mukakaro |
Ubushuhe burongerekana, urume rwinshi mu duce tumwetumwe |
Inzabibu zeze kare |
|
ABI Mukakaro—Myandagaro |
Ubushuhe buba bwinshi cane |
Ivyamwa vyo mu ci |
|
ELULI Myandagaro—Nyakanga |
Ubushuhe burabandanya |
Ivyamwa vy’itende, inzabibu n’insukoni |
|
TISHIRI (ETANIMU) Nyakanga—Gitugutu |
1 Kuvuza urumbete 10 Umusi w’impongano 15-21 Umusi mukuru w’insago 22 Ikoraniro ridasanzwe |
Ici rirarangira, imvura ya mbere iratangura |
Irima |
HESHIVANI (BULI) Gitugutu—Munyonyo |
Akavura gakegake |
Imyelayo |
|
KISILEVU Munyonyo—Kigarama |
25 Umusi mukuru wo kwegurira Imana urusengero |
Imvura iragwira, igikonyozi, shelegi mu misozi |
Ibitungwa birakingirwa igikonyozi |
TEBETI Kigarama—Nzero |
Imbeho iba nyinshi cane, imvura, shelegi mu misozi |
Ibiterwa birakura |
|
SHEBATI Nzero—Ruhuhuma |
Ubukanye burahwama, imvura irabandanya |
Ibiti vya shakedi birashurika |
|
ADARI Ruhuhuma—Ntwarante |
14, 15 Purimu |
Imituragaro n’urubura biba kenshi |
Ilino |
VEYADARI Ntwarante |
Hari ukwezi kwongerwako incuro indwi mu myaka 19 |