EREKANA Igitabu ca Bibiliya Itanguriro Kuvayo Abalewi Guharura Gusubira mu vyagezwe Yosuwa Abacamanza Rusi 1 Samweli 2 Samweli 1 Abami 2 Abami 1 Ngoma 2 Ngoma Ezira Nehemiya Esiteri Yobu Zaburi Imigani Umusiguzi Indirimbo ya Salomo Yesaya Yeremiya Gucura intimba Ezekiyeli Daniyeli Hoseya Yoweli Amosi Obadiya Yona Mika Nahumu Habakuki Zefaniya Hagayi Zakariya Malaki Matayo Mariko Luka Yohani Ivyakozwe Abaroma 1 Abakorinto 2 Abakorinto Abagalatiya Abanyefeso Abafilipi Abakolosayi 1 Abatesalonika 2 Abatesalonika 1 Timoteyo 2 Timoteyo Tito Filemoni Abaheburayo Yakobo 1 Petero 2 Petero 1 Yohani 2 Yohani 3 Yohani Yuda Ivyahishuwe Ikigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13 14 15 16 17 18 19 20 21 Inkuru nziza ya Yohani Ibigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13 14 15 16 17 18 19 20 21 Ibirimwo muri make 1 «Jambo acika umuntu» (1-18) Intahe ya Yohani Umubatizi (19-28) Yezu ni Umwagazi w’intama w’Imana (29-34) Abigishwa ba mbere ba Yezu (35-42) Filipo na Natanayeli (43-51) 2 Ubugeni bw’i Kana; Yezu ahindura amazi umuvinyu (1-12) Yezu ahumanura urusengero (13-22) Yezu arazi ikiri mu muntu (23-25) 3 Yezu na Nikodemu (1-21) Kwongera kuvuka (3-8) «Imana yarakunze isi cane» (16) Yohani ashingira intahe Yezu ubwa nyuma (22-30) «Uwuva hejuru» (31-36) 4 Yezu n’Umusamariyakazi (1-38) Senga Imana «mu mpwemu no mu kuri» (23, 24) Abasamariya benshi bizera Yezu (39-42) Yezu akiza umwana w’umusuku w’umwami (43-54) 5 Akiza umuntu arwaye ku kidengeri ca Bezata (1-18) Ububasha Yezu yahawe na Se (19-24) Abapfuye bazokwumva ijwi rya Yezu (25-30) Ibishingira intahe Yezu (31-47) 6 Yezu agaburira abagabo 5.000 (1-15) Yezu agendera ku mazi (16-21) Yezu ni «umukate w’ubuzima» (22-59) Benshi batsitazwa n’amajambo ya Yezu (60-71) 7 Yezu ku musi mukuru w’insago (1-13) Yigisha ku musi mukuru (14-24) Ivyiyumviro bitandukanye ku bijanye na Kristu (25-52) 8 Data arashingira intahe Yezu (12-30) Yezu ni «umuco w’isi» (12) «Abana ba Aburahamu» (31-41) «Ukuri kuzobagira abidegemvya» (32) Abana ba Shetani (42-47) Yezu na Aburahamu (48-59) 9 Yezu akiza umugabo yavutse ari impumyi (1-12) Abafarizayo babaza ibibazo uwo mugabo (13-34) Abafarizayo ni impumyi (35-41) 10 Umwungere n’impongore z’intama (1-21) Yezu ni «umwungere mwiza» (11-15) «Ndafise izindi ntama» (16) Abayuda bahura na Yezu ku musi mukuru wo kwegurira Imana urusengero (22-39) Abayuda benshi baranka kumwizera (24-26) «Intama zanje zirumviriza ijwi ryanje» (27) Umwana arunze ubumwe na Se (30, 38) Benshi barizera Yezu hakurya ya Yorodani (40-42) 11 Urupfu rwa Lazaro (1-16) Yezu ahoza Marita na Mariya (17-37) Yezu azura Lazaro (38-44) Umugambi wo kwica Yezu (45-57) 12 Mariya asuka amavuta ku birenge vya Yezu (1-11) Yezu yinjira i Yeruzalemu nk’umwami (12-19) Yezu amenyesha ibijanye n’urupfu rwiwe (20-37) Abayuda barashitsa ubuhanuzi mu kutizera Yezu (38-43) Yezu yaje gukiza isi (44-50) 13 Yezu yoza ibirenge abigishwa biwe (1-20) Yezu avuga ko Yuda aza kumugurisha (21-30) Ibwirizwa rishasha (31-35) «Urukundo ruri hagati yanyu» (35) Yezu avuga ko Petero aza kumwihakana (36-38) 14 Yezu ni we nzira yonyene ishikana kwa Data (1-14) «Jewe ndi inzira, ukuri n’ubuzima» (6) Yezu asezerana impwemu nyeranda (15-31) «Data aranduta» (28) 15 Ikigereranyo c’umuzabibu w’ukuri (1-10) Ibwirizwa ryo kwigana urukundo rwa Kristu (11-17) «Nta wurusha urukundo uwigura abagenzi biwe» (13) Isi iranka abigishwa ba Yezu (18-27) 16 Bamwe mu bigishwa ba Yezu bazokwicwa (1-4a) Igikorwa c’impwemu nyeranda (4b-16) Umubabaro w’abigishwa uzohinduka umunezero (17-24) Yezu «yaratsinze isi» (25-33) 17 Isengesho rya nyuma ari kumwe n’intumwa ziwe (1-26) Kumenya Imana bisobanura ubuzima budahera (3) Abakirisu si ab’isi (14-16) «Ijambo ryawe ni ukuri» (17) «Narabamenyesheje izina ryawe» (26) 18 Yuda agurisha Yezu (1-9) Petero akoresha inkota (10, 11) Yezu ajanwa kwa Anasi (12-14) Petero yihakana Yezu ubwa mbere (15-18) Yezu imbere ya Anasi (19-24) Petero yihakana Yezu ubwa kabiri n’ubwa gatatu (25-27) Yezu imbere ya Pilato (28-40) «Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si» (36) 19 Bakubita Yezu kandi bakamutyekeza (1-7) Pilato yongera gusambisha Yezu (8-16a) Yezu amanikwa ku giti i Gologota (16b-24) Yezu asaba umwigishwa ngo yitwararike nyina wiwe (25-27) Urupfu rwa Yezu (28-37) Amaziko ya Yezu (38-42) 20 Basanga imva igaragara (1-10) Yezu abonekera Mariya Magadalena (11-18) Yezu abonekera abigishwa biwe (19-23) Toma akekeranya ariko mu nyuma akemera (24-29) Intumbero y’uwu muzingo (30, 31) 21 Yezu abonekera abigishwa biwe (1-14) Petero yemera ko akunda Yezu (15-19) «Gaburira intama zanje ntonto» (17) Ibizoshikira wa mwigishwa Yezu yakunda cane (20-23) Insozero (24, 25) Ibiheruka Ibikurikira Capura Rungika Rungika Yohani: ibirimwo muri make BIBILIYA Y'ISI NSHASHA (YASUBIWEMWO MU 2013) Yohani: ibirimwo muri make Ikirundi Yohani: ibirimwo muri make https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1001061100/univ/wpub/1001061100_univ_sqr_xl.jpg nwt Yohani rup. 1640-1641