EREKANA Igitabu ca Bibiliya Itanguriro Kuvayo Abalewi Guharura Gusubira mu vyagezwe Yosuwa Abacamanza Rusi 1 Samweli 2 Samweli 1 Abami 2 Abami 1 Ngoma 2 Ngoma Ezira Nehemiya Esiteri Yobu Zaburi Imigani Umusiguzi Indirimbo ya Salomo Yesaya Yeremiya Gucura intimba Ezekiyeli Daniyeli Hoseya Yoweli Amosi Obadiya Yona Mika Nahumu Habakuki Zefaniya Hagayi Zakariya Malaki Matayo Mariko Luka Yohani Ivyakozwe Abaroma 1 Abakorinto 2 Abakorinto Abagalatiya Abanyefeso Abafilipi Abakolosayi 1 Abatesalonika 2 Abatesalonika 1 Timoteyo 2 Timoteyo Tito Filemoni Abaheburayo Yakobo 1 Petero 2 Petero 1 Yohani 2 Yohani 3 Yohani Yuda Ivyahishuwe Ikigabane 1 2 Igitabu ca Hagayi Ibigabane 1 2 Ibirimwo muri make 1 Yehova akarira Abisirayeli kubera batasubiye kwubaka urusengero (1-11) «Mbega iki ni igihe c’uko mwibera mu mazu mezameza?» (4) «Zirikana ingene mumerewe» (5) Mubiba vyinshi ariko mukimbura bike (6) Abantu baragamburuka ivyo Yehova avuze (12-15) 2 Urusengero rwa kabiri ruzokwuzura ubuninahazwa (1-9) Amahanga yose azonyiganyizwa (7) Ibintu vy’agaciro vyo mu mahanga bizoza (7) Barahezagirwa kubera basubiye kwubaka urusengero (10-19) Ubweranda ntibwandukira (10-14) Ubutumwa kuri Zerubabeli (20-23) «Nzokugira nk’impeta y’ikidodo» (23) Ibiheruka Ibikurikira Capura Rungika Rungika Hagayi: ibirimwo muri make BIBILIYA Y'ISI NSHASHA (YASUBIWEMWO MU 2013) Hagayi: ibirimwo muri make Ikirundi Hagayi: ibirimwo muri make https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1001061100/univ/wpub/1001061100_univ_sqr_xl.jpg nwt Hagayi rup. 1479