EREKANA Igitabu ca Bibiliya Itanguriro Kuvayo Abalewi Guharura Gusubira mu vyagezwe Yosuwa Abacamanza Rusi 1 Samweli 2 Samweli 1 Abami 2 Abami 1 Ngoma 2 Ngoma Ezira Nehemiya Esiteri Yobu Zaburi Imigani Umusiguzi Indirimbo ya Salomo Yesaya Yeremiya Gucura intimba Ezekiyeli Daniyeli Hoseya Yoweli Amosi Obadiya Yona Mika Nahumu Habakuki Zefaniya Hagayi Zakariya Malaki Matayo Mariko Luka Yohani Ivyakozwe Abaroma 1 Abakorinto 2 Abakorinto Abagalatiya Abanyefeso Abafilipi Abakolosayi 1 Abatesalonika 2 Abatesalonika 1 Timoteyo 2 Timoteyo Tito Filemoni Abaheburayo Yakobo 1 Petero 2 Petero 1 Yohani 2 Yohani 3 Yohani Yuda Ivyahishuwe Ikigabane 1 2 3 4 Ikete ryandikiwe Abakolosayi Ibigabane 1 2 3 4 Ibirimwo muri make 1 Indamutso (1, 2) Pawulo ashima kubera ukwizera kw’Abakolosayi (3-8) Pawulo asenga ngo bakure mu vy’impwemu (9-12) Uruhara nyamukuru rwa Kristu (13-23) Pawulo akora cane ku neza y’ishengero (24-29) 2 Ibanga ryeranda ry’Imana ni Kristu (1-5) Mwiyubare abobahenda (6-15) Umutumba nyezina ni uwa Kristu (16-23) 3 Kamere ya kera na kamere nshasha (1-17) Nimwice ibihimba vy’umubiri (5) Urukundo ni umugozi utuma abantu bunga ubumwe (14) Impanuro zihabwa imiryango y’abakirisu (18-25) 4 Impanuro zihabwa ba shebuja (1) «Mushishikare gusenga» (2-4) Mugendane ubukerebutsi ku bo hanze y’ishengero (5, 6) Amajambo yo gusozera (7-18) Ibiheruka Ibikurikira Capura Rungika Rungika Abakolosayi: ibirimwo muri make BIBILIYA Y'ISI NSHASHA (YASUBIWEMWO MU 2013) Abakolosayi: ibirimwo muri make Ikirundi Abakolosayi: ibirimwo muri make https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1001061100/univ/wpub/1001061100_univ_sqr_xl.jpg nwt Abakolosayi rup. 1815