Sloveniya: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 2.124.000
- Abigisha Bibiliya: 1.735
- Amashengero y’Ivyabona: 24
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 1.233
Mu mubande wa Trenta muri Sloveniya: Ivyabona bariko barashikiriza agatabu
Mu gisagara ca Ptuj muri Sloveniya: Ivyabona vya Yehova bariko baratumira umuntu ku makoraniro abera ku Ngoro y’Ubwami yo muri ako karere