Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Guam

  • Ku kivuko co mu kigwati ca Merizo muri Guam: Ivyabona vya Yehova bariko barashikiriza agatabu Inkuru nziza iva ku Mana

Guam: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 174.000
  • Abigisha Bibiliya: 761
  • Amashengero y’Ivyabona: 9
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 240

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Baritanze babikunze muri Micronésie

Abava mu bindi bihugu bakorera muri ayo Mazinga yo muri Pasifike akenshi bahura n’ingorane zitatu. None abo bamamaji b’Ubwami bavyifatamwo gute?