Burkina Faso: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 22.721.000
- Abigisha Bibiliya: 1.986
- Amashengero y’Ivyabona: 50
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 12.470
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Baritanze babikunze —Muri Afrika yo mu Burengero
Ni igiki catumye Abanyaburaya bamwebamwe bimukira muri Afrika yo mu Burengero, kandi vyabagendeye gute?
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Kwegera Imana vyambereye vyiza
Igihe Sarah Maiga yari afise imyaka icenda, yararetse gukura ku mubiri, ariko ntiyaretse gukura mu vy’impwemu.