Ja ku birimwo

Ibikorane Ivyabona vya Yehova bagira buri mwaka

Buri mwaka, Ivyabona vya Yehova barakoranira hamwe ku bw’ibikorane bimara imisi itatu. Ibikorane vyacu biba bigizwe n’ insiguro be n’amavidewo birimwo inyigisho zishingiye kuri Bibiliya. Ibiganiro vyo kubaza ibibazo be n’udukino bihaca, biratwereka ukuntu twoshira mu ngiro ibiri muri Bibiliya. Abantu bose barahawe ikaze. Kwinjira ni ku buntu.

Nurondere ahoba ari hafi yawe (opens new window)