IMYIMENYEREZO Y’IMIYABAGA Ukuntu wosigura ivyo wemera ku bijanye n’ivy’igitsina VUZA Icogufasha kurushiriza kujijuka no kuburanira ivyo wemera. Voma Ibiganiro bifitaniye isano Imyimenyerezo Imiyabaga n’abageze mu bigero Raba kandi URWARUKA RURIBAZA Nosigura gute ivyo nemera ku bijanye n’ivy’igitsina? Hagize uwukubaza ati: ‘Uracari isugi?’ woshobora gusigura ivyo wemera ku bijanye n’ivy’igitsina ukoresheje Bibiliya? IVYO URUNGANWE RWAWE RUVUGA Ivyo abakiri bato bavuga ku bijanye no kwoshwa ngo uje mu buhumbu Umviriza ivyo abakiri bato batanu bavuga ku bijanye no kubuzwa amahoro be n’ico umuntu yokora ivyo bishitse. URWARUKA RURIBAZA Nokora iki hari uwumbuza amahoro? Raba ico ari co kubuza amahoro umuntu mu vy’igitsina be n’ico wokora bigushikiye. Rungika Rungika Ukuntu wosigura ivyo wemera ku bijanye n’ivy’igitsina IMYIMENYEREZO Ukuntu wosigura ivyo wemera ku bijanye n’ivy’igitsina Ikirundi Ukuntu wosigura ivyo wemera ku bijanye n’ivy’igitsina https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/502014113/univ/art/502014113_univ_sqr_xl.jpg