25 GITUGUTU 2016
IBISHASHA
Umuntu arashobora gutanga intererano kuri internet
Ubu abantu bari mu bihugu bitandukanye barashobora gutangira kuri internet intererano zishigikira ibikorwa turangurira kw’isi yose bijanye n’idini be no gufasha abari mu ngorane. Amakuru ajanye n’ukuntu wotanga izo ntererano uri mu karere iwanyu urashobora kuyasanga ahavuga ngo Ukuntu wotanga intererano zishigikira igikorwa kirangurirwa kw’isi yose.