Ja ku birimwo

IBISHASHA

Turirimbire Yehova—Ubu imiziki yose y’ibicurarangisho iraboneka

Turirimbire Yehova—Ubu imiziki yose y’ibicurarangisho iraboneka

Ubu imiziki y’ibicurarangisho y’indirimbo zose ziri mu gitabu Turirimbire Yehova iraboneka kuri jw.org. Amashengero y’Ivyabona vya Yehova akwiye gukoresha iyo miziki ku makoraniro.