Privacy Settings

To provide you with the best possible experience, we use cookies and similar technologies. Some cookies are necessary to make our website work and cannot be refused. You can accept or decline the use of additional cookies, which we use only to improve your experience. None of this data will ever be sold or used for marketing. To learn more, read the Global Policy on Use of Cookies and Similar Technologies. You can customize your settings at any time by going to Privacy Settings.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | UMUSIGUZI 1-6

Nunezererwe igikorwa cawe

Nunezererwe igikorwa cawe

Yehova yipfuza ko tunezererwa igikorwa cacu kandi aratwereka ingene twobishikako. Umuntu arashobora kunezererwa igikorwa ciwe igihe akibona mu buryo bwiza.

Urashobora kunezererwa igikorwa cawe . . .

3:13; 4:6

  • Umugabo anezerewe igikorwa ciwe

    igihe ubona ibintu mu buryo bwiza

  • Umugabo ariko arazirikana ingene igikorwa ciwe gifasha abandi

    igihe uzirikana ingene igikorwa cawe gifasha abandi

  • Umugabo asumiye umuryango wiwe

    igihe ukora akazi kawe neza mugabo utashe ukitwararika umuryango n’ubucuti ufitaniye n’Imana