Kwizigira Yehova
Img 3:5, 21-26; Yes 26:3, 4; Yr 17:7, 8
Raba kandi Zb 34:8; 40:4, 5; Img 20:22; Yes 30:15
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
1Ng 5:18-20, 22—Imiryango ya Isirayeli yaratsinda urugamba igihe yaba yizigiye Yehova
2Ng 14:9-13—Igihe umwami Asa yaterwa n’umwansi akomeye, yarasenze Yehova yongera arerekana ko amwizigiye cane