UMUNARA W’INDERETSI Rusama 2015 | Umuhero woba uri hafi?
Iyo wumvise amajambo ngo “Umuhero uri hafi!” uca ubona iki mu bwenge? Woba uca ubona ikintu giteye ubwoba?
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
“Umuhero” ni iki?
Wari uzi ko ivyo Bibiliya ivuga ku bijanye n’ “umuhero” ari inkuru nziza?
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Umuhero woba uri hafi?
Kugira uronke inyishu, raba bine mu bintu bigize ikimenyetso Bibiliya yari yaravuze ko cokwerekanye yuko umuhero uri hafi.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Benshi bazorokoka umuhero —Nawe worokoka
Wokora iki? Woba ukwiye kurundanya ibifungurwa canke gukora ibindi bintu vyo kwikingira?
Wari ubizi?
Ivyo abacukuzi bubuye vyoba bishigikira Bibiliya? Intambwe zazimanganye ryari mu bihugu bivugwa muri Bibiliya?
BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA
Naramenye yuko Yehova ari Imana y’imbabazi n’ikigongwe
Umugabo yitwa Normand Pelletier, ivyo guhangika abantu vyari vyaramwifatiye nk’urumogi. Mugabo hari umurongo umwe wo muri Bibiliya wamukoroje amosozi.
NIWIGANE UKWIZERA KWABO
“Mbega jewe mbaye mu kibanza c’Imana?”
Vyoba birashika mu muryango iwanyu hakaba ishari, uguhemuka canke urwanko? Nimba ari ukwo, inkuru yo muri Bibiliya yerekeye Yozefu yogufasha.
Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
Kubera iki Umusi w’urubanza uzomara imyaka 1.000?
Ibindi usanga kuri internet
Ubwami bw’Imana buzokora iki?
Numenye ivyo wokwitega igihe intwaro y’Imana izoba iganza isi.