UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Nzero 2019
Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 4 Ntwarante gushika ku wa 7 Ndamukiza 2019
“Ntiweraguze, kuko ndi Imana yawe”
Nurabe impamvu zitatu zotuma tuguma dutekanye no mu gihe twoba turiko turashikirwa n’ibigeragezo.
Nushemeze Yehova mw’ishengero
Vyoba bikugora kwishura ku makoraniro? Iki kiganiro kirashobora kugufasha kumenya igituma ugira ubwoba be n’ingene wobutsinda.
Wozigama gute umutima wawe?
Shetani agerageza gute kwonona umutima wacu kandi twowukingira gute?
Ico imfungurwa zisanzwe zitwigisha ku bijanye n’Umwami wo mw’ijuru
Imfungurwa z’Icibutso zitwigisha iki ku bijanye n’ukwicisha bugufi, umutima rugabo be n’urukundo rwa Yezu?
Kwitaba amakoraniro bihishura iki ku bitwerekeye?
Urukundo, ukwicisha bugufi be n’umutima rugabo bidufasha gute kwitaba amakoraniro y’ishengero?
Uwongewe ku bagize Inama Nyobozi
Nurabe kahise ka Kenneth Cook, Jr.