Bibiliya ikomoka kuri nde?

Bibiliya ikomoka kuri nde?

Nimba abantu ari bo banditse Bibiliya, kubera iki yitwa “ijambo ry’Imana”? (1 Abatesalonika 2:13) Imana yamenyesheje gute abantu ivyiyumviro vyayo?