Become Jehovah's Friend

Icigwa ca 1: Nugamburukire abavyeyi bawe

Ni kubera iki bihambaye kugamburukira abavyeyi bawe? Raba iyi videwo maze uronkere inyishu hamwe na Kalebu.

Icigwa ca 2: Nugamburukire Yehova

Vyoba ata co bitwaye upfuye gukinisha ibikinisho ivyo ari vyo vyose? Raba iyi videwo maze ubone ingene Kalebu aba umugenzi wa Yehova.

Icigwa ca 3: Senga igihe cose

Aka kavidewo karigisha abana igihe boshobora gusengerako Yehova be n’aho bomusengera.

Icigwa ca 4: Kwiba ni bibi

Imana ibona gute kwiba? Soma Kuvayo 20:15. Raba iyi videwo maze wigire hamwe na Kalebu vyinshi.

Icigwa ca 5: Tuje kwamamaza

Sonia yoba yiteguriye kuja kwamamaza? Raba iyi videwo, kandi urashobora kwitegurira hamwe na we.

Icigwa ca 6: Nusabe neza kandi uvuge urakoze

Kalebu arabona ko gusaba neza no kuvuga urakoze bituma ibintu bigenda neza.

Icigwa ca 7: Gutanga biragutera umunezero

Hariho uburyo bwinshi bwo gutanga. Woshobora kwiyumvira bumwebumwe?

Icigwa ca 8: Nupange neza ibintu vyawe

Yehova arafise aho ashira ikintu cose. Nurabe nawe ingene ushobora gupanga neza ibintu vyawe!

Icigwa ca 9: ‘Yehova ni we yaremye vyose’

Urazi ikintu ca mbere Imana yatanguye kurema? Jana na Kalebu, ubone uko ibintu vyagiye biraremwa!

Icigwa ca 10: Nube umwana mwiza kandi utize abandi

Raba ingene Kalebu na Sonia banezerwa cane igihe batizanya ivyo bafise.

Icigwa ca 11: Nubabarire abandi

Wokora iki mu gihe hari uwukugiriye nabi?

Icigwa ca 12: Kalebu na Sonia batembera kuri Beteli

Nurabire hamwe na Kalebu na Sonia amafoto y’urugendo bagize kuri Beteli. Nurabe ibikorwa bihakorerwa.

Icigwa ca 13: Yehova azogufasha guhera ubwoba

Ni igiki cogufasha guhera ubwoba kugira ngo ubwire abandi ivyerekeye Yehova?

Icigwa ca 14: Nutegure inyishu uzotanga ku makoraniro

Ni ibintu bine ibihe wokora kugira utegure inyishu uzotanga ku makoraniro?

Icigwa ca 15: Ntusamare mu makoraniro

Ni kubera iki bihambaye ko wumviriza kandi ukiga igihe uri mu makoraniro?

Icigwa ca 16: Tubwire inkuru nziza abantu bavuga ururimi tutazi

Twoshobora gute kubwira inkuru nziza umuntu avuga ururimi tutazi?

Icigwa ca 17: Nimukingire abana banyu

Kalebu na Sonia barize ico bokora kugira ntibabagirire nabi.

Icigwa ca 18: Nusonere inzu ya Yehova

Wokwerekana gute ko usonera cane inzu yo gusengeramwo Yehova?

Icigwa ca 19: Nuze uratanga

Raba ivyiza biva ku kuba Ivyabona vya Yehova bakunda gutanga.

Icigwa ca 20: Niwame uvugisha ukuri

Ni kubera iki ukwiye kwama uvugisha ukuri?

Icigwa ca 21: Urashobora kwihangana

Raba aka kavidewo urabe ibifasha Kalebu kwihangana.

Icigwa ca 22: Umugabo n’umugore

Imana ivuga iki ku bijanye na mariyaje, kandi ni kubera iki bihambaye?

Icigwa ca 23: Izina rya Yehova

Woba uzi ico izina ry’Imana risobanura?

Icigwa ca 24: Yehova yaremye ibintu vyiza

Imana yaremye ibintu vyinshi bitangaje. Wewe ukunda iki?

Icigwa ca 25: Kurondera abagenzi

Mw’ishengero, ni nde wogira umugenzi?

Icigwa ca 26: Incungu

Incungu Yezu yatanze idufasha gute muri iki gihe?

Icigwa ca 27: Niwibone uri mw’Iparadizo

Woba uhora wibona uri mw’Iparadizo?

Icigwa ca 28: Ihangane igihe bakuboneye

Akarorero ka Yozefu kavugwa muri Bibiliya kadufasha gute kwihangana igihe batuboneye?

Icigwa ca 29: Niwicishe bugufi

Kalebu baramwigisha ico bisobanura kwicisha bugufi.

Icigwa ca 30: Kubura uwawe

Igihe tubuze uwacu, ni ibiki vyodufasha kwihangana?

Icigwa ca 31: Kunda inzu ya Yehova

Woba uhora wifatanya n’abandi kugirira isuku Ingoro y’Ubwami?

Icigwa ca 32: Niwitegurire kwamamaza

Imbere y’uko uja kwamamaza, hari ibintu bitatu ukwiye kumenya.

Icigwa ca 33: Nunezereze Yehova

Ivyo ukora buri musi birashobora kunezereza Imana.

Icigwa ca 34: Nufashe abandi

Igihe ivyago vyadutse, wokora iki kugira ngo ufashe?

Icigwa ca 35: Nukoreshe neza umwanya wawe

Umwanya ni ingabire iva kuri Yehova. Ukwiye rero kuwukoresha neza.

Icigwa ca 36: Gutozwa indero biranga urukundo

Kubera iki Yehova abo akunda abatoza indero?

Icigwa ca 37: Kwitangira abandi

Yezu yarakunda kugira ivyo ahevye kugira afashe abandi. None womwigana gute?

Icigwa ca 38: Nukunde mugenzawe

Wokwigana gute wa Musamariya w’imbabazi maze ugakunda mugenzawe?

Imponjo y’ividewo Nube umugenzi wa Yehova: Yehova arababarira

Niwitegure kuraba ingene Kalebu atsinda ikigeragezo kizomushikira.

Icigwa ca 40: Yehova arababarira

Bishitse tugakora ikosa, twoba dukwiye kwihebura? Reka turabe ico Kalebu yigira ku nkuru yo muri Bibiliya.

Icigwa ca 43: Yehova yoba yishura amasengesho?

Urashobora gusenga usaba Yehova ngo agufashe, kandi azokwumvira.

Icigwa ca 44: Ntuhebe

Wiyumva gute iyo abantu badashaka kwumva inkuru nziza? Nurabe ico Kalebu na Sonia bakora.

Icigwa ca 45: Kubera iki twogamburukira Imana kandi tutayibona?

Kubera iki tugamburukira Imana naho tutayibona? Raba ingene Sonia yishura ico kibazo.

Icigwa ca 47: Ni nde nogira umugenzi?

Yehova ashaka ko uronka abagenzi, ariko woronka gute abagenzi beza?

Intambwe zijana ku kubatizwa

Sonia ariga ibijanye n’intambwe yotera kugira akwize ibisabwa vyo kubatizwa.

Imana ni yo ikuza

Woba ugira ubwoba bwo kwigisha umuntu Bibiliya? Yehova azogufasha.

Utuvidewo tunezereza abana

Ivyabona vya Yehova barasohora utuvidewo twa dessin animés dufasha abana gushira mu ngiro impanuro Bibiliya itanga. Raba ingene utwo tuvidewo dutegurwa.